Isaac Tv
Isaac Tv
  • 1 878
  • 20 186 030

Відео

MTOTO wa ajabu anaye treind HUKO TIK TOK II Tumemkuta nyumbani kwao..
Переглядів 52 тис.7 годин тому
Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu 257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)
TUBANE NEZA ll ABAKOBWA BA BUJUMBURA INGESO ZABO
Переглядів 3,1 тис.9 годин тому
Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu 257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)
DIAMOND, ALIKIBA, HARMONIZE ,MARIO Bujumbura II Ambasade ya Tanzania Taarabu kuwasha moto
Переглядів 6 тис.9 годин тому
Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu 257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)
Murekure ama MOTO ashike muri VILLE abantu bararushe caane II Umukuru w'inama nkenguza mateka
Переглядів 56 тис.12 годин тому
Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu 257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)
SE BARUNDI Avuye mugacerere ubwambere kubibazo b'Iri I Burundi || iKiriko kirabitera..
Переглядів 17 тис.12 годин тому
Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu 257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)
BISHASHA Ibanga mutazi murizinduru II Dj Fernando ico mutazi yakoze IIIsaac na Dryze babishize hanze
Переглядів 7 тис.16 годин тому
Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu 257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)
SIMBIZI ntaco asigarije FERNANDO na MELANIN BOY ll Vyose ku mugaragaro
Переглядів 16 тис.19 годин тому
Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu 257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)
SIMBIZI akubitiwe Kuri Station😳 Y'igitoro || Atubwiye Vyoose
Переглядів 8 тис.21 годину тому
Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu 257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)
IBITANGAZA I Bujumbura II Inyishu zibibazo twari dufise vyoose biratorewe umuti
Переглядів 1,2 тис.День тому
Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu 257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)
KARABAYE ll NTURABE udakwiza 18 ans ll Ivyo dusanze kwa DODO turumiwe ll
Переглядів 4,1 тис.День тому
Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu 257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)
BIG FIZZO, DRAMA-T, DOUBLE JAY, KIRIKOU boba bagiye gusubira guhurira hamwe// Vyose muri BMA
Переглядів 1,7 тис.14 днів тому
Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu 257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)
INGORANE ZIRAHEZE S.E Président Evariste Ndayishimiye Ingorane ya Network iraheze I Burun
Переглядів 4,8 тис.14 днів тому
INGORANE ZIRAHEZE S.E Président Evariste Ndayishimiye Ingorane ya Network iraheze I Burun
SAT B na BELLE NICE imbere y'abantu isinzi i GITEGA ivyo bakoze ll BIG FIZZO kwa WIZ DESIGNER. BFACE
Переглядів 8 тис.28 днів тому
Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu 257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)
Uwanditse BELLISSIMA na MON LOGO akorewe SURPRISE na MELANIN BOY ll DJ FERNANDO uko bimeze ubu
Переглядів 9 тис.Місяць тому
Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu 257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)
KARABAYE!!! Monna Walda na Mista Champagne ivyo bakoreye aba bakobwa mwijoro. Nta mwana abiraba
Переглядів 1,3 тис.Місяць тому
KARABAYE!!! Monna Walda na Mista Champagne ivyo bakoreye aba bakobwa mwijoro. Nta mwana abiraba
IBITANGAZA bibaye Mu Buruindi ll IBI MWARI BWABIBONE? Intambo z'akataraboneka
Переглядів 1,4 тис.Місяць тому
IBITANGAZA bibaye Mu Buruindi ll IBI MWARI BWABIBONE? Intambo z'akataraboneka
KAMIKAZI SANDINE🇱🇷 || TUMUSANZE MUHIRA || ABANTU BARANYIRUKAKO CAANE
Переглядів 1,3 тис.Місяць тому
KAMIKAZI SANDINE🇱🇷 || TUMUSANZE MUHIRA || ABANTU BARANYIRUKAKO CAANE
BIG FIZZO IBIMUBAYEKO ll abakobwa bamufatiye kuri Steje birakomeye ll Raba ivyo bamukoreye
Переглядів 7 тис.Місяць тому
BIG FIZZO IBIMUBAYEKO ll abakobwa bamufatiye kuri Steje birakomeye ll Raba ivyo bamukoreye
NELLY NAT avuze amanyanga yose yabaye muri show ya RAYVANNY🇹🇿 llKIRIKOU na DOUBL JAY llWE LOVE MUZIK
Переглядів 7 тис.Місяць тому
NELLY NAT avuze amanyanga yose yabaye muri show ya RAYVANNY🇹🇿 llKIRIKOU na DOUBL JAY llWE LOVE MUZIK
BIG FIZZO singiye Kuba kandi i Burundi || Nimwankenera muzontumako
Переглядів 16 тис.Місяць тому
BIG FIZZO singiye Kuba kandi i Burundi || Nimwankenera muzontumako
Ntagihugu kigoye gutwara nkuburundi || Igitoro gitegerezwa kuboneka vyanka vyakunda..|| S.E Neva
Переглядів 90 тис.Місяць тому
Ntagihugu kigoye gutwara nkuburundi || Igitoro gitegerezwa kuboneka vyanka vyakunda..|| S.E Neva
ISHAVU rya President Evariste NDAYISHIMIYE // Ubusuma buhari burakabije // Tugiye guhangana
Переглядів 31 тис.Місяць тому
ISHAVU rya President Evariste NDAYISHIMIYE // Ubusuma buhari burakabije // Tugiye guhangana
RAYVANY 🇹🇿 AVAMIWA Burundi nawa DADA Stajini || Hatokuja kusahau kweli
Переглядів 7 тис.Місяць тому
RAYVANY 🇹🇿 AVAMIWA Burundi nawa DADA Stajini || Hatokuja kusahau kweli
KIRIKOU AKILI🇧🇮 Afashwe kunguvu numu fana || Urukundo rudasanzwe..
Переглядів 7 тис.Місяць тому
KIRIKOU AKILI🇧🇮 Afashwe kunguvu numu fana || Urukundo rudasanzwe..
SIJE NAMUROZE🥺 GUSA NZOMUFUNGISHA || Tugiye kuri wamukobwa womuri SAUDIA yibwa amahera ||
Переглядів 4,8 тис.Місяць тому
SIJE NAMUROZE🥺 GUSA NZOMUFUNGISHA || Tugiye kuri wamukobwa womuri SAUDIA yibwa amahera ||
UTAPENDA 😍 MAUNO YA WEMA SEPETU🇹🇿 Mbele ya Rayvany
Переглядів 44 тис.Місяць тому
UTAPENDA 😍 MAUNO YA WEMA SEPETU🇹🇿 Mbele ya Rayvany
MUGATUMBA Vyabaye nabi caane kurusha😭|| Ubuzima bwagahinda gusa..
Переглядів 12 тис.Місяць тому
MUGATUMBA Vyabaye nabi caane kurusha😭|| Ubuzima bwagahinda gusa..
RAYVANY🇹🇿 Maswali yaliyo mpa HASIRA mbele ya watangazaji Burundi...
Переглядів 2,4 тис.Місяць тому
RAYVANY🇹🇿 Maswali yaliyo mpa HASIRA mbele ya watangazaji Burundi...
RAYVANY🇹🇿 Aomba kolabo Mista Champagne mbele yawatangazaji || Wimbo wa Niko Tu wammpa raha
Переглядів 2,8 тис.Місяць тому
RAYVANY🇹🇿 Aomba kolabo Mista Champagne mbele yawatangazaji || Wimbo wa Niko Tu wammpa raha

КОМЕНТАРІ

  • @JackyTarimo
    @JackyTarimo 15 хвилин тому

    Mungu fund jaman hakup kilema akunyime mwendo

  • @judithkirenga9977
    @judithkirenga9977 36 хвилин тому

    Mtoto wa ajabu?????? ni mzuri sana sana Mungu amkuze vyema, kuna wasanii walikua wanamtafuta

  • @user-lh4bb8mm8w
    @user-lh4bb8mm8w 47 хвилин тому

    Karembo mashallah

  • @cynthiapwani1383
    @cynthiapwani1383 48 хвилин тому

    Mungu amjalie gabliela na wadogozake amani na furaha na maisha mazuri kabisa mkono wa Mungu usiwapungukiea kabisa jamni watoto wazuri kweli jmni Mungu awalinde

  • @user-mt6zl4xq9f
    @user-mt6zl4xq9f Годину тому

    President baramurenganije ntivyarivyiwe ntamu President avuga caaane nkuko President nyawe avuga gake bigakora caaane umunwa arinawe ark ibikogwa ntavyo turabona ikindi nibashake babihebe umaze kubona um President yivugira ngwabahaye biba ndabazi munyuma akavuga ngwazoguma akorana nabo uyo wumva nigihugu tutazosanga yakidandaje

  • @uzaimaoman9524
    @uzaimaoman9524 Годину тому

    😢😢😢

  • @user-dp5el2ys7n
    @user-dp5el2ys7n Годину тому

    Kandi.niyokibonetse Abashoferi.barohisha Umurengeraa.

  • @user-dp5el2ys7n
    @user-dp5el2ys7n Годину тому

    Urakoz.muvyeyi.

  • @Kakakakmmmmbbbbb
    @Kakakakmmmmbbbbb 3 години тому

    She is so beautiful ❤❤❤❤

  • @user-fy9pw2zr8l
    @user-fy9pw2zr8l 7 годин тому

    nukur woba ukoze

  • @dor-cashmukandama8895
    @dor-cashmukandama8895 8 годин тому

    Love you Baby❤❤

  • @SuzyMk94
    @SuzyMk94 9 годин тому

    Mungu akutunze bébé na akufungulie kila milango ya baraka ❤️🫂❤️🙏

  • @zhuraab7223
    @zhuraab7223 9 годин тому

    Wow kazuri mashallah

  • @constantinndayishimiyenshu4948
    @constantinndayishimiyenshu4948 9 годин тому

    Vuga witonze nk'umuyobozi reka kuvuga usahuranwa iyo report rwose siwowe wagomba kuyitanga uku ni ukwivanga ndakurahiye nta Minister mufite ujejwe ibi?abarundi kweli!!!

  • @constantinndayishimiyenshu4948
    @constantinndayishimiyenshu4948 9 годин тому

    Speech itabereye umuyobozi pe,iyo voice ntabwo ariy'umuyobozi pe wogirango ...,..,......biri bored kabisa byumvikana nabi wagirango ni musitanteri man mbega weeeeeeee Sha abarundi mufite urugendo rurerure

  • @jolamb8469
    @jolamb8469 10 годин тому

    Imana yomwijuru imukuze

  • @user-it9se4tr3f
    @user-it9se4tr3f 10 годин тому

    Katoto kazuri, mungu azidi kukuinua.

  • @uwasenadine4336
    @uwasenadine4336 10 годин тому

    Isaac waduha number twakubonaho ngo uduhuze na maman Gabrielle, mba mu bubiligi, numvise umutima umbwira kugira icyo nkora, nukuri uyu mwana ateye impuhweeeee

  • @uwasenadine4336
    @uwasenadine4336 10 годин тому

    Akooose manaaa kobwa nzizaaaaaaaa❤❤❤❤❤

  • @felickabura6328
    @felickabura6328 10 годин тому

    Jewe ndafise amakenga Ku nvugo zivuguruzanya ngo muri leta yanyu ngo harimwo benshi biba.Ngo iterambere iryo ntirikunda mutarahasha ubunyonyezi.jewe ntaco ndabitezeko narahebuye

  • @visitrwandanew
    @visitrwandanew 10 годин тому

    Mwihangane mwiba indashima iryarya 😂😂😂😂

  • @PenielIkorivyiza
    @PenielIkorivyiza 11 годин тому

    Twigire nurutaro gwasokuru

  • @felickabura6328
    @felickabura6328 11 годин тому

    Mutama ucemeza ko ubusuma muri leta yawe ari bwinshi ivyo uvuga ntibizokunda

  • @felickabura6328
    @felickabura6328 11 годин тому

    Ubu inzara yariyongeye.amatora nayo yagenze kurya nyene mbere ngo yoba yaribwe

  • @FatumaLuhwavi
    @FatumaLuhwavi 11 годин тому

    Mungu azid kukufungulia kwa Kila jambo

  • @KubwimanaMashaliki
    @KubwimanaMashaliki 11 годин тому

    Kwiga nivyiz kwl aho ndavuze

  • @GiftBella-de5hz
    @GiftBella-de5hz 11 годин тому

    ❤❤❤❤❤❤😢😢😢😢

  • @KubwimanaMashaliki
    @KubwimanaMashaliki 11 годин тому

    😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @HerveNibikora
    @HerveNibikora 12 годин тому

    😀😀😀😀😀👀👀👀👀

  • @user-dl4tc7jj2m
    @user-dl4tc7jj2m 13 годин тому

    Umukuruwinamankenguzamateka niyirambire, abajije ikibazo cinkoramutima.harinabatskivuga batunturiyekumutima

  • @nirereegide1230
    @nirereegide1230 14 годин тому

    Aho cakiwerewere kitagira ubwenge ngo Gerase ndabirabe gica kimuzivya ngo navuga ibindi

  • @JaphetNkurikiye
    @JaphetNkurikiye 15 годин тому

    Padiri reka kuntwenza😂😂

  • @user-ck1qg6td1q
    @user-ck1qg6td1q 15 годин тому

    Nahora ntagira commentaire ariko ubu biranse gusa uyumuntu avuze neza ndamushimiye❤

  • @alexsaidi3940
    @alexsaidi3940 15 годин тому

    BWANA MUNGU aangaze nyota yake iende ikienda mbali kwa mataifa mengi

  • @user-rt8wm5bf4c
    @user-rt8wm5bf4c 16 годин тому

    Namakinga☠️🤬

  • @YugoBoss-lc4qg
    @YugoBoss-lc4qg 16 годин тому

    Abacafuzuburundinabo. Barabandanya. Arikontacobashikako

  • @YugoBoss-lc4qg
    @YugoBoss-lc4qg 16 годин тому

    Igitoro. Nisukaribizoboneka.

  • @YugoBoss-lc4qg
    @YugoBoss-lc4qg 16 годин тому

    I Burundi. Imaniradukunda Vyosebizogendaneza. Ubukenehoseburiho❤

  • @rachelkanjanja571
    @rachelkanjanja571 16 годин тому

    mungu amukuze mpaka ixha gaze

  • @mundelejudith3940
    @mundelejudith3940 16 годин тому

    Kazuri njameni mungu umulinde uyu mtoto wetu muzuri ❤❤❤❤

  • @kwizerajeandedieu3431
    @kwizerajeandedieu3431 17 годин тому

    Ntivyoroshe kwel kubaho murikigihe!!!

  • @nicaisenduwimana4253
    @nicaisenduwimana4253 17 годин тому

    Njo ivo mungu akuwezesh akupe roho ya uzazi kabisa wapende sana watoto wako mungu anawaona na atawawezesha 🥰🥰🥰

  • @semenivevo
    @semenivevo 17 годин тому

    The Mathematics teacher Kuvuga vugaa gusaa! Do something man!

  • @user-fk3pl1jj4p
    @user-fk3pl1jj4p 17 годин тому

    Yoooo yoooo 😭😭😭😭

  • @ManirakizaMarius
    @ManirakizaMarius 18 годин тому

    None chanta ubivuga kuber babikubwie we ntiwabibona Koko ko bikenew ,ntagisagara dufise kitoshikamwo moto gusumvya ibindi bihugu ndets vyatey nimber ark moto bajaji zishika

  • @ManirakizaMarius
    @ManirakizaMarius 18 годин тому

    Amashurwe yiwe muyamumper abamwegereye NAyo Chantal we

  • @ManirakizaMarius
    @ManirakizaMarius 19 годин тому

    Uyumugabo akwiye kuba president maman

  • @MediatriceNiyibibona
    @MediatriceNiyibibona 19 годин тому

    Bt?

  • @MediatriceNiyibibona
    @MediatriceNiyibibona 19 годин тому

    Loveyou❤